Monthly Archives: août, 2019

Musitanteri wa commune Isare yagirishije inama y’umutekano abenegihugu bo ku mutumba kibuye

Kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 12/08/2019, Musitanteri wa commune Isare yagirishije inama y’umutekano abenegihugu bo ku mutumba kibuye, zone kibuye . Basiguriwe kubijanye n’ivyahindutse mw’itegeko rigenga amatora, Ibijanye n’iterambere, Musitanteri yagarutse kukamaro ka « coopérative » sangwe kandi yahimirije Abenegihugu guhurumbira iyo « coopérative ». Mubijanye no gukingira ibidukikije, Musitanteri yahamagariye Abenegihugu kurima mu myonga no kuvomera imirima aho…